Ku wa mungu
“Gira umutima rugabo kandi umutima wawe ukomere. Egome, niwizigire Yehova”—ZABURI 27:14
MU GITONDO
2:20 Ividewo y’umuziki
2:30 Ururirimbo No. 73 n’isengesho
2:40 INSIGURO Y’IBICE INDWI: Ibintu bigiye kuba bizosaba ko tugira umutima rugabo
Gutangaza “Amahoro n’umutekano!” (1 Abatesalonika 5:2, 3)
Gusangangura Babiloni akomeye (Ivyahishuwe 17:16, 17)
Gutangaza ubutumwa bw’urubura rw’iminana (Ivyahishuwe 16:21)
Igitero ca Gogi w’i Magogi (Ezekiyeli 38:10-12, 14-16)
Harumagedoni (Ivyahishuwe 16:14, 16)
Igikorwa kidasanzwe co kwubaka (Yesaya 65:21)
Ca kigeragezo ca nyuma (Ivyahishuwe 20:3, 7, 8)
4:10 Ururirimbo No. 8 n’amatangazo
4:20 INSIGURO YA BOSE ISHINGIYE KURI BIBILIYA: Ni gute icizigiro c’izuka gituma tugira umutima rugabo? (Mariko 5:35-42; Luka 12:4, 5; Yohani 5:28, 29; 11:11-14)
4:50 Incamake y’Umunara w’Inderetsi
5:20 Ururirimbo No. 151 n’akaruhuko
KU MUHINGAMO
6:35 Ividewo y’umuziki
6:45 Ururirimbo No. 5
6:50 IGIKINO:Yona: Inkuru yiwe iratwigisha umutima rugabo n’imbabazi (Yona 1-4)
7:40 Ururirimbo No. 71 n’amatangazo
7:50 Abari kumwe natwe ni benshi kuruta abaturwanya (Gusubira mu vyagezwe 7:17, 21; 28:2; 2 Abami 6:16; 2 Ngoma 14:9-11; 32:7, 8, 21; Yesaya 41:10-13)
8:50 Ururirimbo rwa nyuma n’isengesho risozera