ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • lff ikigabane 2
  • Ibiganiro n’amavidewo vyo mu Gice ca 2

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibiganiro n’amavidewo vyo mu Gice ca 2
  • Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
  • Ivyo bijanye
  • Ibiganiro n’amavidewo vyo mu Gice ca 1
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
  • Ibiganiro n’amavidewo vyo mu Gice ca 3
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
  • Ibiganiro n’amavidewo vyo mu Gice ca 4
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
  • Ibiganiro n’amavidewo
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Raba ico Bibiliya ibivugako
Ibindi
Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
lff ikigabane 2

Ibiganiro n’amavidewo vyo mu Gice ca 2

  1. 13 Ingene amadini y’ikinyoma asiga iceyi Imana

  2. 14 Twosenga Imana gute mu buryo buyihimbara?

  3. 15 Yezu ni nde?

  4. 16 Ni ibiki Yezu yakoze igihe yari ng’aha kw’isi?

  5. 17 Yezu ameze gute?

  6. 18 Ingene womenya abakirisu b’ukuri

  7. 19 Ivyabona vya Yehova boba ari abakirisu b’ukuri?

  8. 20 Ingene ishengero ritunganijwe

  9. 21 Inkuru nziza iriko yamamazwa gute?

  10. 22 Ushobora gute kubwira abandi inkuru nziza?

  11. 23 Ibatisimu ni umugambi mwiza cane wokwishingira

  12. 24 Abamarayika ni bande kandi bakora iki?

  13. 25 Ni umugambi uwuhe Imana idufitiye?

  14. 26 Kubera iki hariho ibibi n’imibabaro?

  15. 27 Urupfu rwa Yezu rudukiza gute?

  16. 28 Wokwerekana gute ko ukenguruka ivyo Yehova na Yezu bagukoreye?

  17. 29 Bitugendera gute iyo dupfuye?

  18. 30 Abawe bapfuye bazosubira kuba bazima

  19. 31 Ubwami bw’Imana ni iki?

  20. 32 Ubwami bw’Imana buraganza

  21. 33 Ivyo Ubwami bw’Imana buzokora

13 Ingene amadini y’ikinyoma asiga iceyi Imana

Imana yoba yemera amadini yose?—Agace (3:22)

Uruhara amadini yagize mu Ntambara ya kabiri y’isi yose (2:22)

RONDERA N’IBINDI

“Amadini yose yoba ashimwa n’Imana?” (Ikiganiro co kuri jw.org)

“Vyoba ari ngombwa ko umuntu aja mw’idini?” (Ikiganiro co kuri jw.org)

“Icatumye umupatiri ahindura idini” (Be maso!, Ruhuhuma 2015)

“Ibinyoma vyatumye abantu badakunda Imana” (Umunara w’Inderetsi, 1 Munyonyo 2013)

14 Twosenga Imana gute mu buryo buyihimbara?

Imana yoba yemera ko tuyisenga dukoresheje ibishushanyo? (3:26)

Ukuri kwarambohoye (5:16)

RONDERA N’IBINDI

“Bibiliya irahindura ubuzima bw’abantu” (Umunara w’Inderetsi, 1 Mukakaro 2011)

“Nushemeze Yehova mw’ishengero” (Umunara w’Inderetsi, Nzero 2019)

Yehova yaranyitwararitse (3:07)

“Kubera iki mudakoresha umusaraba mu gusenga?” (Ikiganiro co kuri jw.org)

15 Yezu ni nde?

Yezu Kristu yoba ari Imana? (3:22)

Yezu yarashikije ubuhanuzi (3:03)

‘Nta gukeka ko Imana yamugize Umukama na Kristu’—Igice ca 1 (35:24)

RONDERA N’IBINDI

“Ubuhanuzi bwerekeye Mesiya bwoba bwemeza ko Yezu yari we Mesiya?” (Ikiganiro co kuri jw.org)

“Kubera iki Yezu yitwa Umwana w’Imana?” (Ikiganiro co kuri jw.org)

“Yezu yoba ari Imana?” (Umunara w’Inderetsi, 1 Ndamukiza 2009)

“Umuyahudikazi asigura icatumye asubira gusuzuma ivyo yemera” (Be maso!, Rusama 2013)

16 Ni ibiki Yezu yakoze igihe yari ng’aha kw’isi?

Akiza umugore yari arwaye (5:10)

‘Nta gukeka ko Imana yamugize Umukama na Kristu’—Igice ca 2 (35:06)

RONDERA N’IBINDI

“Ubwami bw’Imana—Igituma Yezu abuha agaciro” (Umunara w’Inderetsi, 1 Gitugutu 2014)

“Ibitangaro vya Yezu dushobora kuvyigirako iki?” (Umunara w’Inderetsi, 15 Mukakaro 2004)

“Niyumvira ivyanje gusa” (Umunara w’Inderetsi, 1 Gitugutu 2014)

“Ibintu nyamukuru vyabaye mu buzima bwa Yezu bwo kw’isi” (Agatabu gafasha kwiga Ijambo ry’Imana, Igihimba ca 4)

17 Yezu ameze gute?

“Gutanga birimwo agahimbare”—Agace (4:00)

RONDERA N’IBINDI

“Kugira wigane Yezu . . . ” (Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima, urupapuro rwa 317)

“Ni kubera iki twosenga mw’izina rya Yezu?” (Umunara w’Inderetsi, 1 Ruhuhuma 2008)

“Yezu yasa gute?” (Ikiganiro co kuri jw.org)

“Imana irabatera iteka ikabaha n’icubahiro” (Umunara w’Inderetsi, 1 Nyakanga 2012)

18 Ingene womenya abakirisu b’ukuri

Ingene ubukirisu bwononekaye (5:11)

Narahevye kwizigira amadini (5:20)

Yaremeye guheba ubuzima bwiwe (2:55)

RONDERA N’IBINDI

Ivyabona vya Yehova ni bande? (1:13)

“Bakoresheje Bibiliya mu kwishura ibibazo vyose!” (Umunara w’Inderetsi, 1 Ndamukiza 2014)

Gufasha abavukanyi bashikiwe n’ivyago—Agace (3:57)

“Ni ibiki biranga abakirisu b’ukuri?” (Umunara w’Inderetsi, 1 Ntwarante 2012)

19 Ivyabona vya Yehova boba ari abakirisu b’ukuri?

Basubira kwubura ukuri (7:45)

Izina rituranga (2:40)

Igihuhusi cataziriwe Matthew cateye muri Haiti (5:29)

RONDERA N’IBINDI

Ivyabona vya Yehova: Ukwizera mu bikorwa, Igice ca 1: Bava mu mwiza (1:00:253)

Abasavyi b’Imana baraninahaza izina ryayo (7:08)

“Ibibazo bikunze kubazwa ku vyerekeye Ivyabona vya Yehova” (igice co kuri jw.org)

“Natera mba mubi cane” (Umunara w’Inderetsi, 1 Mukakaro 2015)

20 Ingene ishengero ritunganijwe

Ico abakurambere bakoze igihe hatera nyamugigima muri Népal (4:56)

Yemwe bakurambere, nimuje imbere abandi! (7:39)

RONDERA N’IBINDI

Kuremesha Abavukanyi igihe igikorwa cari kibujijwe (4:22)

Ubuzima bw’umucungezi mu turere twa kure (4:51)

“Mbega mu Vyabona vya Yehova abagore barigisha?” (Umunara w’Inderetsi, 1 Nyakanga 2012)

“Abakurambere ni ‘abakozi bagenzi bacu ku bw’akanyamuneza kacu’” (Umunara w’Inderetsi, 15 Nzero 2013)

21 Inkuru nziza iriko yamamazwa gute?

Kwamamaza “mu karere ka kure rwose k’isi” (7:33)

Kuburanira inkuru nziza imbere y’amategeko (2:28)

RONDERA N’IBINDI

Intunganyo idasanzwe yo kwamamaza ku mugaragaro mu gisagara ca Paris (5:11)

Impunzi ziriko zirahera inyota y’ivy’impwemu (5:59)

Ndahimbawe no kuba narahisemwo iki gikorwa (6:29)

“Abamamaji b’Ubwami bitura amasentare” (Ubwami bw’Imana buraganza!, ikigabane ca 13)

22 Ushobora gute kubwira abandi inkuru nziza?

Narasenze Yehova ndamusaba ampe umutima rugabo (4:05)

RONDERA N’IBINDI

Gushikiriza agakarata ka JW.ORG (1:43)

“Woba witeguriye kuba umurovyi w’abantu?” (Umunara w’Inderetsi, Nyakanga 2020)

Yehova azogufasha guhera ubwoba (11:59)

“Ingene twoshikira umutima w’incuti zitemera” (Umunara w’Inderetsi, 15 Ntwarante 2014)

23 Ibatisimu ni umugambi mwiza cane wokwishingira

Nukomeze ubucuti ufitaniye na Yehova (1:11)

RONDERA N’IBINDI

“Ibatisimu ni iki?” (Ikiganiro co kuri jw.org)

“Gukunda Yehova no kumukengurukira bizotuma ubatizwa” (Umunara w’Inderetsi, Ntwarante 2020)

“Bashaka ko nitohoreza ukuri” (Umunara w’Inderetsi, 1 Ruhuhuma 2013)

“Noba nkwiye kubatizwa?” (Ibibazo urwaruka rwibaza—Inyishu ngirakamaro, igitabu ca 2, ikigabane ca 37)

24 Abamarayika ni bande kandi bakora iki?

“Murwanye Shetani” (5:02)

RONDERA N’IBINDI

“Wa mumarayika mukuru Mikaheli ni nde?” (Ikiganiro co kuri jw.org)

“Shetani yoba abaho?” (Ikiganiro co kuri jw.org)

“Yararonse intumbero y’ubuzima” (Umunara w’Inderetsi, 1 Mukakaro 1993 mu gifaransa)

“Ico Womenya ku Vyerekeye Amageza, Uburozi n’Ubupfumu” (Inzira Ijana mu Buzima Budahera, igihimba ca 5)

25 Ni umugambi uwuhe Imana idufitiye?

Kubera iki Imana yaremye isi?—Agace (1:41)

Naramenye intumbero y’ubuzima (5:03)

RONDERA N’IBINDI

“Rya tongo ry’i Edeni ryoba ari umugani?” (Umunara w’Inderetsi, 1 Nzero 2011)

“Iyi si yoba izohonywa?” (Ikiganiro co kuri jw.org)

“Intumbero y’ubuzima ni iyihe?” (Ikiganiro co kuri jw.org)

Ubu ubuzima bwanje burafise intumbero (3:55)

26 Kubera iki hariho ibibi n’imibabaro?

Ni nde aganza iyi si? (1:24)

Kubera iki Imana ireka tugashikirwa n’ingorane?—Agace (3:07)

RONDERA N’IBINDI

“Igicumuro ni iki?” (Ikiganiro co kuri jw.org)

“Kubera iki Imana ireka tugashikirwa n’imibabaro?” (Umunara w’Inderetsi, 1 Nzero 2014)

“Kubera iki rya Honyabwoko ryagirirwa Abayahudi ryabaye? Kubera iki Imana yaretse rikaba?” (Ikiganiro co kuri jw.org)

Sinkiri jenyene namba (5:09)

27 Urupfu rwa Yezu rudukiza gute?

Kubera iki Yezu yapfuye?—Igice ca 1 (2:01)

Kubera iki Yezu yapfuye?—Igice ca 2 (2:00)

RONDERA N’IBINDI

“Ni gute inkuka ya Yezu ari ‘incungu ya benshi’?” (Ikiganiro co kuri jw.org)

“Yezu adukiza gute?” (Ikiganiro co kuri jw.org)

“Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya” (Umunara w’Inderetsi, 1 Rusama 2013)

“Sinkiri inkozi y’ikibi” (Ikiganiro co kuri jw.org)

28 Wokwerekana gute ko ukenguruka ivyo Yehova na Yezu bagukoreye?

Niwibuke urupfu rwa Yezu (1:41)

RONDERA N’IBINDI

Yakoresheje umubiri wiwe mu gutera iteka Yehova (9:28)

“Nugaragaze ko wizera ivyo Yehova yasezeranye” (Umunara w’Inderetsi, Gitugutu 2016)

“Bibiliya irahindura ubuzima bw’abantu” (Umunara w’Inderetsi, 1 Myandagaro 2011)

“Kubera iki Ivyabona vya Yehova bibuka urupfu rwa Yezu mu buryo butandukanye n’ayandi madini?” (Ikiganiro co kuri jw.org)

29 Bitugendera gute iyo dupfuye?

Abapfuye bamerewe gute?—Agace (1:19)

RONDERA N’IBINDI

“Ubuzima (âme) ni iki?” (Ikiganiro co kuri jw.org mu gifaransa)

Umuriro udahera woba ubaho koko? (3:07)

Imizimu y’Abapfuye—Yoba Ishobora Kugufasha Canke Kugutera? Ubwo Irabaho vy’Ukuri? (agatabu)

“Narakozwe ku mutima n’inyishu zitomoye Bibiliya itanga” (Umunara w’Inderetsi, 1 Ruhuhuma 2015)

30 Abawe bapfuye bazosubira kuba bazima

Yezu azura Lazaro (1:16)

Ni gute icizigiro c’izuka gituma tugira umutima rugabo? (3:21)

RONDERA N’IBINDI

“Ivyofasha abatuntuye” (Be maso! No. 3 2018)

Igihe uwawe apfuye (5:06)

Incungu (2:07)

“Izuka ni iki?” (Ikiganiro co kuri jw.org)

31 Ubwami bw’Imana ni iki?

Ubwami bw’Imana ni iki?—Agace (1:41)

RONDERA N’IBINDI

“Ubwami bw’Imana bwoba buri mu mutima wawe?” (Ikiganiro co kuri jw.org)

Barashigikiye Ubwami bw’Imana bivuye inyuma (1:43)

“Ni bande baja mw’ijuru?” (Ikiganiro co kuri jw.org)

“Naramenye uwuzotorera umuti akarenganyo” (Be maso!, Munyonyo 2011 mu gifaransa)

32 Ubwami bw’Imana buraganza

Ubwami bw’Imana bwatanguye kuganza mu 1914 (5:02)

Ibintu vyo kw’isi vyarahindutse kuva mu 1914 (1:10)

RONDERA N’IBINDI

“Ni ryari ibintu vyarushirije kumera nabi?” (Be maso!, Ndamukiza 2007 mu gifaransa)

“Nta candutira urukino rwa base-ball!” (Umunara w’Inderetsi No. 3 2017)

“Ubwami bw’Imana bwatanguye kuganza ryari? (Igice ca 1)” (Umunara w’Inderetsi, 1 Gitugutu 2014)

“Ubwami bw’Imana bwatanguye kuganza ryari? (Igice ca 2)” (Umunara w’Inderetsi, 1 Munyonyo 2014)

33 Ivyo Ubwami bw’Imana buzokora

Yezu yarerekanye ivyo Ubwami bw’Imana buzokora (1:13)

Imponjo y’imihezagiro yo muri kazoza (4:38)

Ubwami bw’Imana ni iki? (agapapuro k’inkuru nziza)

RONDERA N’IBINDI

“Intambara ya Harumagedoni ni iki?” (Ikiganiro co kuri jw.org)

“Amakuba akomeye ni iki?” (Ikiganiro co kuri jw.org)

Niwibone uri mw’Iparadizo (1:50)

“Bibiliya irahindura ubuzima bw’abantu” (Umunara w’Inderetsi, 1 Nzero 2012)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika