ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • CA-brpgm22 rup. 4
  • Niwumvirize inyishu z’ibi bibazo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Niwumvirize inyishu z’ibi bibazo
  • Programa y’iteraniro ry’umuzunguruko ryo mu 2021-2022 ririmwo uwaserukiye ishami
  • Ivyo bijanye
  • Niwumvirize inyishu z’ibi bibazo
    Programa y’iteraniro ry’umuzunguruko ryo mu 2021-2022 ririmwo umucungezi w’umuzunguruko
  • Niwumvirize inyishu z’ibi bibazo
    Programa y’iteraniro ry’umuzunguruko ryo mu 2018-2019 ririmwo uwuserukira ishami
  • Ukwizera​—Kamere idukomeza
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2019
  • Niwumvirize inyishu z’ibi bibazo
    Programa y’iteraniro ry’umuzunguruko ryo mu 2023-2024 ririmwo uwaserukiye ishami
Ibindi
Programa y’iteraniro ry’umuzunguruko ryo mu 2021-2022 ririmwo uwaserukiye ishami
CA-brpgm22 rup. 4

Niwumvirize inyishu z’ibi bibazo:

  1. 1. Kubera iki dukwiye gukomeza ukwizera kwacu ubu? (Heb. 10:39)

  2. 2. Dushobora gute kubona Yehova kandi ataboneka? (Heb. 11:27)

  3. 3. Kubera iki gusuzuma ubuhanuzi bwo muri Bibiliya ari ngirakamaro? (Rom. 10:17)

  4. 4. Impwemu nyeranda yodufasha gute gutsimbataza ukwizera? (Luka 11:13; Gal. 5:22)

  5. 5. Twofasha gute abandi gukomeza ukwizera kwabo? (1 Tes. 2:7, 8)

  6. 6. Kubera iki dukwiye “[gushinga] ijisho ya Mboneza akaba na We atuma ukwizera kwacu kuba ukutagira akanenge”? (Heb. 12:2, 3)

© 2021 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania

CA-brpgm22-RU

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika