ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • CO-pgm23 rup. 4-5
  • Ku wa gatandatu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ku wa gatandatu
  • Programa y’ihwaniro ryo mu 2023
  • Ivyo bijanye
  • Ku wa gatanu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2023
  • Ku wa gatandatu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2021
  • Ku wa gatandatu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2017
  • Ku wa mungu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2024
Ibindi
Programa y’ihwaniro ryo mu 2023
CO-pgm23 rup. 4-5
Amafoto: Ibikurubikuru bivugwa muri programa yo ku wa gatandatu. 1. Abagize umuryango bahimbawe bariko baraganira n’abandi biciye kuri vidéoconférence. 2. Umwami ariko arazirikana. 3. Sebibondo n’umuhungu wiwe bari kw’isoko.

Ku wa gatandatu

“Mwihanganire bose”​—1 Abatesalonika 5:14

Mu Gitondo

  • 2:20 Ividewo y’umuziki

  • 2:30 Ururirimbo No. 58 n’isengesho

  • 2:40 INSIGURO Y’IBICE BINE: ‘Turerekana ko turi abasuku b’Imana . . . mu kwihangana’

    • • Igihe twamamaza (Ivyakozwe 26:29; 2 Abakorinto 6:4, 6)

    • • Igihe twigisha abatohoji ba Bibiliya (Yohani 16:12)

    • • Igihe turemeshanya (1 Abatesalonika 5:11)

    • • Igihe dusukura turi abakurambere (2 Timoteyo 4:2)

  • 3:30 Ko Imana itwihanganira, natwe nitwihanganire abandi (Matayo 7:1, 2; 18:23-35)

  • 3:50 Ururirimbo No. 138 n’amatangazo

  • 4:00 INSIGURO Y’IBICE BINE: ‘Mwihanganirane mu rukundo mubigiranye ukwigumya’

    • • Incuti zawe zidasenga Yehova (Abakolosayi 4:6)

    • • Uwo mwubakanye (Imigani 19:11)

    • • Abana bawe (2 Timoteyo 3:14)

    • • Abo mu muryango bafise ubumuga canke bashaje (Abaheburayo 13:16)

  • 4:45 IBATISIMU: Ukwihangana kwa Yehova ni ubukiriro bwacu! (2 Petero 3:13-15)

  • 5:15 Ururirimbo No. 75 n’akaruhuko

Ku Muhingamo

  • 6:35 Ividewo y’umuziki

  • 6:45 Ururirimbo No. 106

  • 6:50 Kubera iki twokwirinda umunezero umara akanya gato? (1 Abatesalonika 4:3-5; 1 Yohani 2:17)

  • 7:15 INSIGURO Y’IBICE BITANU: “Wopfuma wihangana hako ugira umutima wibona”

    • • Niwigane Abeli, ntiwigane Adamu (Umusiguzi 7:8)

    • • Niwigane Yakobo, ntiwigane Esawu (Abaheburayo 12:16)

    • • Niwigane Musa, ntiwigane Kora (Guharura 16:9, 10)

    • • Niwigane Samweli, ntiwigane Sawuli (1 Samweli 15:22)

    • • Niwigane Yonatani, ntiwigane Abusalomu (1 Samweli 23:16-18)

  • 8:15 Ururirimbo No. 87 n’amatangazo

  • 8:25 IGIKINO: “Nuragize Yehova inzira yawe”​—Igice ca 1 (Zaburi 37:5)

  • 8:55 “Igihe baduhamye, turihangana cane” (1 Abakorinto 4:12; Abaroma 12:14, 21)

  • 9:30 Ururirimbo No. 79 n’isengesho risozera

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika