ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • CO-pgm23 rup. 6-7
  • Ku wa mungu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ku wa mungu
  • Programa y’ihwaniro ryo mu 2023
  • Ivyo bijanye
  • Ku wa mungu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2021
  • Ku wa mungu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2024
  • Ku wa mungu
    2025 Programa y’ihwaniro
  • Ku wa mungu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2022
Ibindi
Programa y’ihwaniro ryo mu 2023
CO-pgm23 rup. 6-7
Amafoto: Ibikurubikuru bivugwa muri programa yo ku wa mungu. 1. Umugabo n’umugore bipakije mw’igariyamoshi. 2. Umuhanuzi. 3. Sebibondo ariko avugana n’umugore wiwe n’agakobwa kabo, bicaye iruhande y’inzira baruhutse.

Ku wa mungu

“Yehova . . . arindiriye yihanganye ngo abagirire ubuntu”​—Yesaya 30:18

Mu Gitondo

  • 2:20 Ividewo y’umuziki

  • 2:30 Ururirimbo No. 95 n’isengesho

  • 2:40 INSIGURO Y’IBICE INDWI: Akarorero k’abagaragaje ukwihangana​—Abahanuzi ba kera

    • • Eliya (Yakobo 5:10, 17, 18)

    • • Mika (Mika 7:7)

    • • Hoseya (Hoseya 3:1)

    • • Yesaya (Yesaya 7:3)

    • • Ezekiyeli (Ezekiyeli 2:3-5)

    • • Yeremiya (Yeremiya 15:16)

    • • Daniyeli (Daniyeli 9:22, 23)

  • 4:05 Ururirimbo No. 142 n’amatangazo

  • 4:15 INSIGURO YA BOSE ISHINGIYE KURI BIBILIYA: Imana yoba izogufasha vy’ukuri? (Yesaya 64:4)

  • 4:45 Incamake y’Umunara w’Inderetsi

  • 5:15 Ururirimbo No. 94 n’akaruhuko

Ku Muhingamo

  • 6:35 Ividewo y’umuziki

  • 6:45 Ururirimbo No. 114

  • 6:50 IGIKINO: “Nuragize Yehova inzira yawe”​—Igice ca 2 (Zaburi 37:5)

  • 7:30 Ururirimbo No. 115 n’amatangazo

  • 7:40 “Yehova . . . arindiriye yihanganye ngo abagirire ubuntu” (Yesaya 30:18-21; 60:17; 2 Abami 6:15-17; Abanyefeso 1:9, 10)

  • 8:40 Ururirimbo rushasha n’isengesho risozera

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika