Abacu bapfuye boba bazosubira kubaho?
«Igihe kigira kigere aho abari mu mva bose bazokwumva ijwi [rya Yezu] bakazivamwo.»—Yohani 5:28, 29.
Ibindi Bibiliya ivuga
Imana izozura abacu bapfuye.—Ivyakozwe 24:15.
Imana iripfuza cane kuzura abapfuye.—Yobu 14:13-15.
Kugira umenye n’ibindi, nuje kuri jw.org.
© 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania