ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • CO-pgm25 rup. 6-7
  • Ku wa mungu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ku wa mungu
  • 2025 Programa y’ihwaniro
  • Ivyo bijanye
  • Ku wa mungu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2024
  • Ku wa mungu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2021
  • Ku wa gatandatu
    2025 Programa y’ihwaniro
  • Ku wa gatanu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2024
Ibindi
2025 Programa y’ihwaniro
CO-pgm25 rup. 6-7
Amafoto: Ibintu nyamukuru vyo muri programa yo ku wa mungu. 1. Umusamariyakazi ari kw’iriba. 2. Yezu afise umuzingo uzinguruye, ariko arigisha mw’isinagogi.

Ku wa mungu

‘Nusenge Data mu mpwemu no mu kuri’​—⁠Yohani 4:23

Mu gitondo

  • 2:20 Ividewo y’umuziki

  • 2:30 Ururirimbo No. 140 n’isengesho

  • 2:40 INSIGURO Y’IBICE BITANDATU: Ivyigwa dukura ku vyo Yezu yavuze

    • • ‘Kuvyarwa n’amazi be n’impwemu’ (Yohani 3:​3, 5)

    • • «Nta muntu n’umwe yaduze mw’ijuru» (Yohani 3:13)

    • • ‘Nuze ku muco’ (Yohani 3:​19-21)

    • • «Ni jewe» (Yohani 4:​25, 26)

    • • «Ibifungurwa vyanje» (Yohani 4:34)

    • • «Imirima ireze, igeze kwimbura» (Yohani 4:35)

  • 4:05 Ururirimbo No. 37 n’amatangazo

  • 4:15 INSIGURO YA BOSE ISHINGIYE KURI BIBILIYA: Woba uzi ico usenga? (Yohani 4:​20-24)

  • 4:45 Incamake y’Umunara w’Inderetsi

  • 5:15 Ururirimbo No. 84 n’akaruhuko

Ku muhingamo

  • 6:35 Ividewo y’umuziki

  • 6:45 Ururirimbo No. 77

  • 6:50 IGIKINO:

    Inkuru yerekeye igikorwa ca Yezu: Epizode ya 3

    «Ni jewe» (Yohani 3:1–4:54; Matayo 4:​12-20; Mariko 1:​19, 20; Luka 4:16–5:11)

  • 7:35 Ururirimbo No. 20 n’amatangazo

  • 7:45 Wize iki?

  • 7:55 Nugume mu rusengero ruhambaye rwa Yehova rwo mu buryo bw’impwemu (Abaheburayo 10:​21-25; 13:​15, 16; 1 Petero 1:​14-16; 2:21)

  • 8:45 Ururirimbo rushasha n’isengesho risozera

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika