ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 5/04 rup. 3
  • Gushikiriza igitabu Igira kuri wa Mwigisha Ahambaye

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Gushikiriza igitabu Igira kuri wa Mwigisha Ahambaye
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2004
  • Ivyo bijanye
  • Uburyo bwo gutanguza ibiyago mu murimo wo mu ndimiro
    Igikorwa dukorera Ubwami—2005
  • Ivyo abana bakeneye ku bavyeyi babo
    Igira kuri wa Mwigisha Ahambaye
  • Dukoreshe: (1) Ikibazo, (2) Icanditswe, be na (3) Ikigabane
    Igikorwa dukorera Ubwami—2006
  • Bavyeyi, nimukingire intoranwa yanyu y’agaciro
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2005
Ibindi
Igikorwa dukorera Ubwami—2004
km 5/04 rup. 3

Gushikiriza igitabu Igira kuri wa Mwigisha Ahambaye

◼ “Woba wibaza ko isi yorushiriza kuba ikibanza ciza hamwe abantu boba babayeho bisunga ibi bivugwa ngaha? [Soma Matayo 7:12a. Maze uce urindira yishure.] Iki gitabu kirimwo ivyigwa vyinshi dukura kuri wa mwigisha ahambaye kuruta ababayeho bose”. Nushimike ku mashusho no ku bibazo bijanye na yo biri mu kigabane ca 17.

◼ “Muri iki gihe abavyeyi benshi baragerageza kwinjiza mu bana babo imico myiza. Woba ubona ko ivyo bihambaye? [Rindira yishure. Maze uce usoma Imigani 22:6.] Urabona yuko abavyeyi baremeshwa gutangura kumenyereza abana babo kuva bakiri bato cane. Iki gitabu kigenewe kubafasha kubigira”. Nushimike ku mashusho no ku bibazo bijanye na yo biri mu kigabane ca 15, 18 canke ca 32.

◼ “Kenshi abavyeyi baratangazwa n’ibibazo abana babo babaza. Bimwebimwe muri ivyo bibazo usanga bitoroshe kwishura. Si ko none? [Rindira yishure. Maze uce usoma 2 Timoteyo 3:14, 15.] Nyina wa Timoteyo na inakuru baramwigishije kuva akiri uruhinja ico Ivyanditswe bivuga. Iki gitabu kirashobora gufasha abavyeyi kugirira nk’ivyo nyene abana babo muri iki gihe”. Nushimike ku mashusho makeyi no ku bibazo bijanye na yo biri mu kigabane ca 11 n’ica 12 canke mu kigabane ca 34 gushika ca 36.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika