ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 7/04 rup. 4
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2004
  • Ivyo bijanye
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2007
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2005
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2003
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2006
Ibindi
Igikorwa dukorera Ubwami—2004
km 7/04 rup. 4

Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru

Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova 1 Ruh.

“Abantu bamwebamwe biyumvira yuko atari ngombwa ngo umuntu abe ari mw’idini kugira ngo asenge Imana. Ivyo woba urigera uvyibaza? [Rindira yishure.] Iki kinyamakuru kirihweza ivyo Imana yagiranye n’abantu mu bihe vyaheze. Kirarimbura n’ico gusenga Imana mu kuri bisobanura”. Soma Yohana 4:24.

Be maso! 8 Ruh. (mu gifaransa)

“Abantu benshi muri iki gihe bumva bafise irungu. Aho harimwo kwumva ko umuntu ari wenyene. Ntiwemera none ko ivyo bibabaza? [Mureke yishure. Nuce usoma Zaburi 25:16.] Iyi nomero ya Be maso! iratanga inama ngirakamaro zifasha kurwanya irungu”.

Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova 15 Ruh.

“Ntiwokwemera yuko kurerera abana mw’isi ya kino gihe ari ikintu kitoroshe? [Rindira yishure.] Ehe raba icemeza ko abavyeyi bashobora kwererwa mu kubarera. [Soma Imigani 22:6.] Iyi nomero y’Umunara w’Inderetsi iratanga impanuro ngirakamaro zifasha abavyeyi guhangana n’ico kibazo kitoroshe”.

Be maso! 22 Ruh. (mu gifaransa)

“Abantu bamwebamwe biyumvira yuko kwemera Imana bitajanye na siyansi. Ariko burya wari uzi yuko hari abanyasiyansi bavuga ko siyansi ishigikira vy’ukuri iciyumviro c’uko hariho Umuremyi? [Rindira yishure.] Iyi nomero ya Be maso! irarimbura ibimenyamenya bimwebimwe vyatumye bashika kuri ico ciyumviro”. Soma Abaroma 1:20.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika