ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 8/07 rup. 8
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2007
  • Ivyo bijanye
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2006
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2008
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2003
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2007
Ibindi
Igikorwa dukorera Ubwami—2007
km 8/07 rup. 8

Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru

Umunara w’Inderetsi 1 Muk.

“Woba umaze kwibaza igituma abantu bafatwa nabi bazira ibara ry’urukoba, ubwenegihugu canke ururimi bavuga? [Rindira yishure.] Ehe raba ikibituma. [Soma 1 Yohana 4:20.] Iki kinyamakuru kirishura iki kibazo: ‘Uguhuza kw’amoko kwoba gushoboka?’ ”

Réveillez-vous! Muk.

“Abantu ntibameze nk’ibikoko bigenza itima, bobo barafise ubushobozi bwo guhitamwo ingingo ngenderwako babaho bisunga. Wibaza ko ari hehe tworonderera ubuyobozi bwo kwizigirwa? [Rindira yishure, uce usoma muri Zaburi 119:105.] Iki kinyamakuru kirasigura ukuntu ubuyobozi dusanga muri Bibiliya buhambaye kuruta ubundi bwose”.

Umunara w’Inderetsi 15 Muk.

“Iyo abantu babuze ababo baratuntura cane. Woba wibaza ko hari ikintu kiri muri bo kibandanya kubaho iyo bapfuye? [Rindira yishure.] Yezu yatanze uyu muhango uremesha. [Soma muri Yohana 5:28, 29.] Kubera ko Yezu yavuze ko igihe c’izuka ari ‘ikigiye kuza’, iki kinyamakuru kirasigura gifatiye kuri Bibiliya aho abapfuye bari ubu”.

Réveillez-vous! Muk.

“Abantu benshi baragerageza ukwo bashoboye kwose kubaho bameze neza kandi barabona ko bihambaye kuba umuntu mwiza. Woba nawe ariko ubona ibintu? [Rindira yishure.] Raba akaga kohaba hamwe twoba tubona iciza mu buryo butandukanye n’ukwo Imana ikibona. [Soma Imigani 14:12.] Iki kinyamakuru kirerekana ico bisobanura kuba umuntu mwiza mu nyonga z’Imana”. Niwerekane ikiganiro gitangurira ku rupapuro rwa 20.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika