ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 11/14 rup. 3
  • Igikoresho c’ubushakashatsi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Igikoresho c’ubushakashatsi
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2014
  • Ivyo bijanye
  • Uburyo bwo Kugira Ubushakashatsi
    Niwungukire ku Nyigisho yo mw’Ishure ry’Ubusuku bwa Gitewokarasi
  • Barakunda ICEGERANYO C’IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
    Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2014
  • Ububiko bw’ibitabu bwo ku Ngoro y’Ubwami budufitiye akamaro akahe?
    Ni bande bariko barakora ivyo Yehova agomba muri iki gihe?
  • Ingene wokwiyigisha
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2023
Ibindi
Igikorwa dukorera Ubwami—2014
km 11/14 rup. 3

Igikoresho c’ubushakashatsi

Abamamaji amamiliyoni bo hirya no hino kw’isi baramaze igihe bungukira ku kugira ubushakashatsi mu gitabu c’ironderero Index des publications des Témoins de Jéhovah. Yamara, bitumwe n’uko ico gitabu kirimwo utuntu twinshi cane, kiboneka gusa mu ndimi nkeyi. Ni co gituma hateguwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova mu ndimi nka 170. Ibisohokayandikiro vyerekanwa mu marabiro muri ico gitabu ni ivyo kuva mu mwaka wa 2000 kuduga. Ku bijanye n’indimi zisanzwe zifise igitabu Index, ico Gitabu c’ubushakashatsi kiboneka gusa mu buhinga bwa elegitoronike, ni ukuvuga muri ca cegeranyo c’amayagwa yo mu bitabu vyacu Watchtower Library be no muri ca Cegeranyo c’ibitabu co kuri internet ca Watchtower. Ico Gitabu c’ubushakashatsi kizogufasha kuronka inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya, kuronka amakuru wokwikorako wewe ubwawe no gutegura amakoraniro y’ishengero be n’ugusenga kwo mu muryango.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika