ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Ndamukiza rup. 2
  • Ikiganiro gishasha kidufasha gutanguza ibiyago

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ikiganiro gishasha kidufasha gutanguza ibiyago
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Udutwe
  • Ivyo bijanye
  • INGENE TWOGIKORESHA:
  • Ibiyago vyo mu vy’impwemu birubaka
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2003
  • Ingene twotanguza ibiyago dukoresheje udupapuro tw’inkuru nziza
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Dukoreshe: (1) Ikibazo, (2) Icanditswe, be na (3) Ikigabane
    Igikorwa dukorera Ubwami—2006
  • Nimuyage ku kiganiro kimwe, ariko umusigire ibinyamakuru vyompi
    Igikorwa dukorera Ubwami—2013
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Ndamukiza rup. 2

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ikiganiro gishasha kidufasha gutanguza ibiyago

Ishurwe riri ku mva

Kuva muri Nzero 2016, ku rupapuro rwa nyuma rw’Umunara w’Inderetsi integuro ya bose, hari ikiganiro kivuga ngo “Bibiliya ibivugako iki?” Ico kiganiro gishasha kidufasha gutanguza ibiyago bishingiye kuri Bibiliya. Nka kurya biri ku dupapuro tw’inkuru nziza, uhasanga ikibazo gituma umuntu aserura iryo agona, inyishu Bibiliya itanga n’ibindi vyiyumviro mwoganirako.

Ibiyago vyiza bishingiye ku Vyanditswe usanga kenshi bivamwo inyigisho za Bibiliya. Nukoreshe ico kiganiro kugira ufashe benshi kumenya Imana.​—Mt 5:6.

INGENE TWOGIKORESHA:

  1. Baza uwo muriko murayaga ico yiyumvira kuri kimwe mu bibazo vyatanzwe

  2. Tega yompi inyishu atanga kandi umushimire

  3. Soma icanditswe kiri ahavuga ngo “Ico Bibiliya ivuga” maze umubaze ico aciyumvirako. Nimba afise umwanya, nimuganire ku ciyumviro kimwe kiri ahavuga ngo “Ibindi Bibiliya ivuga”

  4. Muhe ico kinyamakuru

  5. Vugana ingene mwosubira kubonana kugira muyage ku kibazo ca kabiri

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika