ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Rusama rup. 6
  • Ubuhanuzi bwavuze ivyerekeye Mesiya

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ubuhanuzi bwavuze ivyerekeye Mesiya
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Ivyo bijanye
  • Ubuhanuzi bwerekeye Mesiya bwoba bwemeza ko Yezu yari we Mesiya?
    Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
  • Yezu Kristu ni we Mesiya yari yarasezeranywe
    Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki?
  • Barabonye Mesiya!
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
  • Ubuhanuzi bukeyi bwerekeye Mesiya
    Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Rusama rup. 6

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ZABURI 19-25

Ubuhanuzi bwavuze ivyerekeye Mesiya

ICANDITSWE

UBUHANUZI

IRANGUKA

Zaburi 22:1

Yobaye nk’uwahebwe n’Imana

Matayo 27:46; Mariko 15:34

Zaburi 22:7, 8

Yoshinyaguriwe amanitswe ku giti

Matayo 27:39-43

Zaburi 22:16

Yomanitswe ku giti

Matayo 27:31; Mariko 15:25; Yohani 20:25

Zaburi 22:18

Impuzu ziwe bozipfindiye

Matayo 27:35

Zaburi 22:22

Yobaye imboneza mu vyo kumenyekanisha izina rya Yehova

Yohani 17:6

Umuntu akubise ikofe Yezu; mu nyuma, abantu baratuntuzwa no kumubona apfira ku giti
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika