ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb17 Nzero rup. 2
  • Yehova aritwararika abasavyi biwe

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yehova aritwararika abasavyi biwe
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Ivyo bijanye
  • Nugerageze kwiyigisha ibintu bishasha
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2024
  • Kumenyesha imbere y’igihe ivyimirije kudushikira
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2008
  • Ukunezerwa kw’Abagendera mu Muco
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2001
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
mwb17 Nzero rup. 2

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YESAYA 24-28

Yehova aritwararika abasavyi biwe

Nka kurya kw’umwakiranyi w’inda nziza, Yehova araturonsa ibifungurwa vy’impwemu ku bwinshi.

Abantu ba kera bariko barasangira imfungurwa

“Yehova nyen’ingabo azotegurira ibisata vy’abantu vyose inzimano”

25:6

  • Mu bihe vya kera, gusangira imfungurwa n’umuntu vyerekana ko mufitaniye amahoro kandi ko muri abagenzi

Inzimano ‘y’ivyibo vyuzuye umusokoro, y’umuvinyu wiretse, umiminye’

  • Ivyo bifungurwa n’uwo muvinyu bigereranya imfungurwa nziza cane zo mu vy’impwemu Yehova aturonsa

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika