UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YEREMIYA 17-21
Reka Yehova abumbabumbe ivyiyumviro vyawe n’inyifato yawe
Niwemere Yehova akubumbabumbe
Yehova aratubumbabumba mu vy’impwemu mu kuduhanura no mu kudutoza indero
Turakwiye kumworohera no kumugamburukira
Yehova ntiyigera aduhatira gukora ivyo tutagomba
Umubumvyi yoshobora guheba ico yariko arabumba akakibumbamwo ikindi
Kubera ko Yehova yaturemanye ubushobozi bwo kwihitiramwo, turashobora kwemera ko atubumbabumba canke tukavyanka
Yehova arahindura ukuntu akorana n’abantu, bivanye n’ingene bakira impanuro abaha