ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb17 Myandagaro rup. 4
  • Dutsimbataze kamere zishimwa n’Imana—Umutima rugabo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Dutsimbataze kamere zishimwa n’Imana—Umutima rugabo
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Ivyo bijanye
  • Turashobora kugira umutima rugabo
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • “Gira umutima rugabo . . . ukore”
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
  • Numpe umutima rugabo
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • “Ugire umutima rugabo kandi ukomere cane”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
mwb17 Myandagaro rup. 4

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Dutsimbataze kamere zishimwa n’Imana​—Umutima rugabo

IGITUMA BIHAMBAYE:

  • Kwamamaza bisaba umutima rugabo.​—Ivk 5:27-29, 41, 42

  • Mu gihe c’amakuba akomeye, tuzokenera umutima rugabo.​—Mt 24:15-21

  • Gutinya abantu biradukwegera ivyago.​—Yr 38:17-20; 39:4-7

UKO TWOBIGIRA:

  • Zirikana ku kuntu Yehova yagiye ararokora abasavyi biwe.​—Kv 14:13

  • Saba Imana umutima rugabo n’ubutinyutsi.​—Ivk 4:29, 31

  • Niwizigire Yehova.​—Zb 118:6

Abavukanyi babiri bariko baremesha uwundi muvukanyi ngo bajane kuvuga ubutumwa ku mugaragaro

Ibintu bintera ubwoba mu ndimiro nkwiye gutsinda ni ibihe?

RABA AKAVIDEWO KAVUGA NGO NIWIRINDE IBINTU VYOTUMA UHEMUKA​—UGUTINYA ABANTU, UCE WISHURA IBI BIBAZO:

  • Kubera iki dukeneye umutima rugabo mu ndimiro?

  • Mu Migani 29:25 hahushanya ibintu bibiri ibihe?

  • Kubera iki ubu ari co gihe co gutsimbataza umutima rugabo uva ku Mana?

AKARORERO KO KUZIRIKANAKO:

Umuhanuzi Ezekiyeli yarabwiwe ko yohuye n’intambamyi mu gikorwa ciwe.​—Ezk 2:3-7; 33:7-9.

Niwibaze uti: ‘Nokwigana gute umutima rugabo wa Ezekiyeli?’

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika