ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Ndamukiza rup. 2
  • Pasika n’Icibutso bihuriye ku ki, kandi bitandukaniye ku ki?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Pasika n’Icibutso bihuriye ku ki, kandi bitandukaniye ku ki?
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • ‘Ivyo bize bibabere Icibutso’
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2013
  • Pasika ni iki?
    Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
  • Ibibazo vy’abasomyi
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2024
  • Yezu yitegurira Pasika ya nyuma
    Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Ndamukiza rup. 2

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | MATAYO 26

Pasika n’Icibutso bihuriye ku ki, kandi bitandukaniye ku ki?

26:18

Umwagazi w’intama wa Pasika, umukate utambiwe, imboga zirura, n’umuvinyu

Andika amazina y’ibi bintu biriko ibitigiri.

1

2

3

4

Muri ivyo, ni ibihe bikoreshwa no ku Mfungurwa z’Umukama zo ku mugoroba?

WARI UBIZI?

Naho Pasika itagereranya Icibutso, hari ibintu vyakorwa kuri Pasika bifise ico bitwigisha. Nk’akarorero, intumwa Paulo yavuze ko Yezu ari umwagazi w’intama wacu wa pasika. (1Kr 5:7) Nka kumwe nyene ya maraso y’umwagazi yasigwa ku bishimaryango yarokoye abantu, ni ko n’amaraso ya Yezu arokora abantu. (Kv 12:12, 13) N’ikindi kandi, nta gufa na rimwe ry’umwagazi w’intama wa Pasika ryavunwa. Muri ubwo buryo nyene, nta gufa na rimwe rya Yezu ryigeze rivunwa naho ico gihe hari hariho umugenzo wo kuvuna amagufa ababa bamanitswe.​—Kv 12:46; Yoh 19:31-33, 36.

Yezu atanguza Imfungurwa z’Umukama zo ku mugoroba
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika