ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Ndamukiza rup. 6
  • Yezu arafise ububasha bwo kuzura abacu bapfuye

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yezu arafise ububasha bwo kuzura abacu bapfuye
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • “Musazawe arazuka”!
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2023
  • Izuka rya Yezu ritumariye iki?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2014
  • “Ndafise icizigiro ku Mana”
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
  • Izuka ni inyigisho igira ico ikora kuri wewe
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2005
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Ndamukiza rup. 6
Yezu azura umukobwa wa Yayiro

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | MARIKO 5-6

Yezu arafise ububasha bwo kuzura abacu bapfuye

5:38-42

  • Inabibondo atuntuye ari ku mva y’umukobwa wiwe, ariko arazirikana ingene bizogenda niyazuka

    Intuntu tugira iyo tubuze uwacu ntiyerekana ko tutizera izuka (It 23:2)

  • Kuzirikana ku nkuru zivugwa muri Bibiliya z’abantu bazutse biratuma turushiriza kwizera izuka ryo muri kazoza

Ni nde wumva ushashaye kuzokwakira mu gihe c’izuka?

Woba wiha ishusho y’ukuntu bizogenda nimwabonana?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika