ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Nzero rup. 2
  • ‘Igomba rya Yehova niribe’

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • ‘Igomba rya Yehova niribe’
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • Nubone ubuzima nk’uko Yehova abubona
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Yaragirijwe ko ari ikiza be n’uko avyura imigumuko
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • “Ukurokoka kwanyu . . . kuriko kuregereza”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Paulo yungururiza kwa Sezari, hanyuma akabwira inkuru nziza Umwami Herodi Agiripa
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Nzero rup. 2

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | IVYAKOZWE 21-22

‘Igomba rya Yehova niribe’

21:8-14

Paulo yarumva ko impwemu nyeranda yariko imwerekeza i Yeruzalemu, aho yari gushikirwa n’ingorane. (Ivk 20:22, 23) Igihe rero abavukanyi bamwinginga babigiranye umutima mwiza ngo ntajeyo, yabishuye ati: “Ivyo mugira ni ibiki, ko murira mwongera muntera kugoyagoya mu mutima?” (Ivk 21:13) Ntidushaka kwigera duca intege abipfuza kwitanga cane mu gikorwa barangurira Yehova.

Twokomeza gute umuvukanyi wacu muri ibi biringo, aho kumuca intege?

  • Umuvukanyi ariko aroza amadirisha

    Uwipfuza gukora akazi kabayabaye aho kurondera agahanitse, kugira ngo arushirize gukorera Yehova

  • Umugabo n’umugore bariko baramamaza ku mugaragaro mu kindi gihugu

    Uwipfuza kwimukira mu rindi shengero kugira afashe ahari inkenero

  • Umuvukanyi w’impumyi be n’umugore wiwe bariko baramamaza

    Uwinanata cane kugira yamamaze naho afise amagara make

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika