ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Ruhuhuma rup. 2
  • Nugume umenyereza ijwi ryawe ryo mu mutima

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nugume umenyereza ijwi ryawe ryo mu mutima
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • Ingene wogumana ijwi ryo mu mutima ryiza
    “Mwigumize mu rukundo rw’Imana”
  • Nugire ijwi ryo mu mutima ryiza
    Nugume mu rukundo rw’Imana
  • Nureke amategeko n’ingingo ngenderwako vy’Imana bimenyereze ijwi ryawe ryo mu mutima
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
  • Woba ufise umutima w’inyama?
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Ruhuhuma rup. 2

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ABAROMA 1-3

Nugume umenyereza ijwi ryawe ryo mu mutima

Umuvukanyi ariko arazirikana mu gihe co kwiyigisha

2:14, 15

Ijwi ryacu ryo mu mutima rizotuyobora neza:

  1. nitwarimenyereza twisunze ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya

  2. nitwaryumviriza igihe ritwibutsa izo ngingo ngenderwako

  3. nitwasenga dusaba impwemu nyeranda ngo idufashe kudatwarwa n’umubiri wacu udatunganye.​—Rm 9:1

Ni ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya izihe nozirikanako . . .

  • Umugabo n’umugore baranse kunywa inzoga

    imbere y’uko mfata ingingo yo kunywa inzoga canke kutayinywa?

  • Mushiki wacu akiri muto ariko arahitamwo ijipo

    igihe mpitamwo impuzu nambara n’ingene nitunganya?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika