ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Gitugutu rup. 2
  • Nugaragaze ubukerebutsi buva ku Mana

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nugaragaze ubukerebutsi buva ku Mana
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • «Ubukerebutsi buva mw’ijuru» bwoba buriko burakora mu buzima bwawe?
    Niwiyegereze Yehova
  • “Ni nde ari inkerebutsi kandi atahura muri mwebwe?”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2008
  • Porogarama nshasha y’iteraniro ry’umuzunguruko
    Igikorwa dukorera Ubwami—2004
  • Ubukerebutsi nyakuri buguma bushira ijwi hejuru
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2022
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Gitugutu rup. 2
Mushiki wacu arazirikanye ku vyo asomye muri Bibiliya, aributse igihe yashwana na mugenziwe, aciye aja kumuraba kugira basubize hamwe

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YAKOBO 3-5

Nugaragaze ubukerebutsi buva ku Mana

3:17

Ubukerebutsi buva kuri Yehova ni ngirakamaro. Nk’akarorero, burashobora kudufasha gusubiza hamwe n’abo dusangiye ukwemera. Nimba vy’ukuri dufise ubukerebutsi buva ku Mana, bizogaragarira mu ngeso zacu.

NIWIBAZE UTI: ‘Muri izo kamere zidondora ubukerebutsi buva ku Mana, ni izihe mperuka kugaragaza? Norushiriza gute kugaragaza zimwezimwe muri zo?’

Ubukerebutsi buva ku Mana:

  • Ni ubutanduye

  • Ni ubw’amahoro

  • Bugira ibitegereka

  • Bugabirije kugamburuka

  • Bwuzuye imbabazi n’ivyamwa vyiza

  • Ntibugira nkunzi

  • Ntibwiyorobeka

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika