UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | IVYAHISHUWE 7-9
Isinzi rinini umuntu adashobora guharura rirahezagirwa na Yehova
Kubera iki Yehova ahezagira iryo sinzi rinini?
“Bahagaze imbere ya ya ntebe y’ubwami [ya Yehova]”: Barashigikira n’umutima wabo wose ubusegaba bwa Yehova
Bambaye “amakanzu yera”: Bisobanura ko batyoroye kandi bagororotse imbere ya Yehova kubera bizera incungu ya Kristu
Bakorera Yehova “igikorwa ceranda umurango n’ijoro”: Baramusenga badahorereza kandi babigiranye ishaka
Nokora iki kugira mbe mu bagize isinzi rinini?