ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Ndamukiza rup. 8
  • Ni igiki gihambaye cane kuri jewe?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ni igiki gihambaye cane kuri jewe?
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ivyo bijanye
  • Yemwe bakiri bato, mwoba mushira imbere imigambi y’ivy’impwemu?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
  • Ni Ryari Yehova Ahezagira Akigoro Gakomeye Tugira?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2002
  • Nukoreshe imigambi yo mu vy’impwemu kugira uninahaze Umuremyi wawe
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2004
  • Nshobora gute gushika ku migambi nishingiye?
    Be maso!—2011
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Ndamukiza rup. 8
Yakobo ariko anyinyana n’umumarayika yiyambitse umubiri.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ni igiki gihambaye cane kuri jewe?

Yakobo yaranyinyanye n’umumarayika kubera ikintu gihambaye cane, ari co umuhezagiro wa Yehova. (It 32:24-31; Hs 12:3, 4) Tweho bite? Twoba twiteguriye gukora ibishoboka vyose kugira ngo tugamburukire Yehova maze turonke umuhezagiro wiwe? Nk’akarorero, nimba dutegerezwa guhitamwo hagati yo kwitaba ikoraniro no gukora amasaha yiyongereye ku kazi, tuzohitamwo iki? Nitwaha Yehova umwanya wacu, inguvu zacu be n’ivyo dutunze kandi tukabigira tutiziganya, azoducuncuburirako “umuhezagiro gushika aho hadasubira kubaho umukeno.” (Ml 3:10) Azotuyobora, adukingire yongere atwitwararike mu vyo dukeneye.​—Mt 6:33; Heb 13:5.

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO NIWUMIRE KU MIGAMBI YAWE Y’IVY’IMPWEMU, MUCE MWISHURA IBI BIBAZO:

  • Umudada w’umutsimvyi akora akazi ko guhindurira abantu mu rurimi rw’ibimenyetso.

    Uwo mushiki wacu yageragejwe gute n’ikintu yakunda cane?

  • Wa mudada nyene ariko arakora bwije mu biro hatabona neza.

    Akazi dukora gashobora gute kutubera ikigeragezo?

  • Timoteyo ariko asoma umuzingo mw’ijoro ahagaze iruhande y’idirisha.

    Kubera iki Timoteyo yari akeneye kuguma yishingira imigambi naho yari ahumuye mu vy’impwemu?​—1Tm 4:16

  • Wa mudada w’umutsimvyi ari kumwe n’uwundi mudada baramukije umutohoji wa Bibiliya baje kwigisha.

    Ni igiki gihambaye cane mu buzima bwawe?

    Twerekana gute igikorwa gihambaye kuri twebwe ico ari co?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika