ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Gitugutu rup. 4
  • Kamere nziza igitangaza za Yehova

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Kamere nziza igitangaza za Yehova
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ivyo bijanye
  • Igihe Yehova yidondora
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
  • Twungukira gute ku rukundo rudahemuka rwa Yehova?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2021
  • Urukundo rutananirwa
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Numenye inzira za Yehova
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2005
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Gitugutu rup. 4

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | KUVAYO 33-34

Kamere nziza igitangaza za Yehova

34:5-7

Kubera ko Musa yatahura neza kamere za Yehova, vyatumye yihanganira Abisirayeli. Nitwarushiriza gutahura kamere za Yehova, na twebwe tuzogaragariza imbabazi abo dusangiye ukwizera.

  • Ni “umunyembabazi n’umunyempuhwe”: Yehova aritwararikana urukundo rurangwa ikibabarwe abasavyi biwe, akabitaho nk’uko abavyeyi bitwararika abana babo

  • “Ateba gushavura”: Yehova arihanganira amakosa abasavyi biwe bakora akabaha umwanya wo kugira ivyo bahinduye

  • “Agwije ubuntu bwuzuye urukundo”: Yehova afitiye urukundo rudahemuka abasavyi biwe, bigatuma bagiranira ubucuti bwamaho

Udufoto: Ivyabona vya Yehova bariko bigana kamere za Yehova. 1. Abakurambere babiri bagendeye abagize umuryango muhira iwabo, bakaba bariko barabaremesha bakoresheje Bibiliya. 2. Mushiki wacu ariko ahoza uwundi mudada ariko ararira.

NIWIBAZE UTI: ‘Nokwigana gute imbabazi za Yehova n’impuhwe ziwe?’

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika