ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Munyonyo rup. 5
  • Uburyo bwo guserura ugukenguruka

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Uburyo bwo guserura ugukenguruka
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ivyo bijanye
  • Niwerekane ugukenguruka ufise
    Igikorwa dukorera Ubwami—2004
  • Kubera iki twogaragaza ko dukenguruka?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2019
  • Ivyigwa dukura mu gitabu c’Abalewi
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2019
  • Nugume ubanza kurondera Ubwami
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Munyonyo rup. 5
Umuryango wo muri Isirayeli uriko urafungura inyama z’igitungwa watanzeko ikimazi co gusangira.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ABALEWI 6-7

Uburyo bwo guserura ugukenguruka

7:11-15, 20

Ibimazi vy’ugusangira Abisirayeli batanga biratwibutsa akamaro ko guserurira Yehova ko tumukengurukira mu masengesho yacu no mu nyifato yacu.​—Fp 4:6, 7; Kl 3:15.

  • Igihe dusenga, ni ibintu ibihe twoshimira Yehova tudomako?​—1Ts 5:17, 18.

  • Kugaragaza ko dukenguruka bitugirira akamaro gute?

  • Umuntu ashobora gute gufungura ku “meza y’amadayimoni,” kandi ivyo vyerekana gute ko adakengurukira Yehova?​—1Kr 10:20, 21.

Umwisirayelikazi arangamije akengurukira Yehova.
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika