ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Nzero rup. 12
  • Yehova aratunganya neza abasavyi biwe

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yehova aratunganya neza abasavyi biwe
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ivyo bijanye
  • Hari ico umuntu umwe yofasha benshi?
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ukuntu Yehova ayobora abasavyi biwe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Woba wigira ku makosa yawe?
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Nzero rup. 12

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Yehova aratunganya neza abasavyi biwe

[Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu co Guharūra.]

Abisirayeli bakambitse bari mu mirwi y’imiryango itatitatu (Gh 1:52, 53; w94 1/12 9 ing. 4)

Muri iyo kambi ya Isirayeli, hashobora kuba hari abantu imiliyoni 3 canke barenga (Gh 2:32, 33; it-1 385 ing. 5)

Yehova yipfuza ko abasavyi biwe bamusenga mu buryo butunganije neza. Ni ko vyari kw’ihanga rya Isirayeli kandi no muri iki gihe ni ko biri.​—1Kr 14:33, 40.

Ingene ikambi y’Abisirayeli iboneka uyiravye uri hejuru. Ya taberenakulo iri hagati na hagati. Hafi y’iyo taberenakulo hari imiryango ya bene Lewi: Aroni mu buseruko, Abakohati mu bumanuko, Abagerishoni mu burengero n’Abamerari mu buraruko. Ya miryango 12 ya Isirayeli yoyo iri kure gato. Mu buseruko hari Isakari, Yuda na Zebuloni. Mu bumanuko hari Gadi, Rubeni na Simeyoni. Mu burengero hari Benyamini, Efurayimu na Manase. Mu buraruko hari Nafutali, Dani na Asheri.

NIWIBAZE UTI: ‘Nokwerekana gute ko nshigikiye ishirahamwe rya Yehova mperejeko?’

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika