NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ingene twotanguza ibiyago
Mugihura
Ikibazo: Imana yoba yumviriza amasengesho?
Icanditswe: Zb 65:2
Ubukurikira: Ni ibiki twoshira mw’isengesho?
ICO CANDITSWE KIRABONEKA MU BITABU BIDUFASHA KWIGISHA:
Usubiyeyo
Ikibazo: Ni ibiki twoshira mw’isengesho?
Icanditswe: 1Yh 5:14
Ubukurikira: Imana yishura gute amasengesho yacu?
ICO CANDITSWE KIRABONEKA MU BITABU BIDUFASHA KWIGISHA:
Isekeza ryo gutanga ubutumire bw’Icibutso (27 Ruhuhuma–27 Ntwarante)
“Tuje hano [tuguterefonye canke tukwandikiye] kugira tugutumire ku musi uhambaye uzohimbazwa n’abantu amamiliyoni. Ni umusi wo kwibuka urupfu rwa Yezu.” Muhe [canke murungikire] ubutumire. “Ubu butumire burerekana umwanya n’ikibanza bizoberako hano iwacu [canke ingene ushobora kwitaba ubwo butumire ku buhinga bwa none]. Turagutumiye no ku nsiguro idasanzwe izotangwa mu mpera y’indwi y’imbere y’aho.”
Ico mwoganirako ubutaha nimba yashimishijwe: Kubera iki Yezu yapfuye?