ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Ntwarante rup. 11
  • Nugumane ubutekereji igihe uri mu bintu bitesha umutwe

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nugumane ubutekereji igihe uri mu bintu bitesha umutwe
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ivyo bijanye
  • Woba uvyibuka?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2019
  • Nugumane ubutoni ku Mana naho hoba amahinduka mu buzima
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2010
  • Nurondere ubutekereji maze uhimbare Yehova
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2019
  • Nubandanye kwerekana ko ukunda Yehova cane
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Ntwarante rup. 11
Umuvukanyi akiri muto agiye kw’ikoraniro ry’Ivyabona vya Yehova. Aguma atekanye igihe se wiwe atari Icabona ariko aramukankamira. Mu nzu hasharijwe n’ibimenyetso vy’idini be n’igiti ca Noweli.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Nugumane ubutekereji igihe uri mu bintu bitesha umutwe

Ubutekereji bwa Musa bwarageragejwe igihe yari mu bintu bitesha umutwe no mu myitwarariko (Gh 20:2-5; w19.02 12 ing. 19)

Karaciyemwo Musa aratakaza ubutekereji bwiwe (Gh 20:10; w19.02 13 ing. 20-21)

Yehova yarahanye Musa na Aroni kubera ikosa rikomeye bakoze (Gh 20:12; w09 1/9 19 ing. 5)

Umuntu afise ubutekereji ntiyihutira gushavura, kandi aririnda ubwibone n’ubwikunzi. Ivyo bica bituma yihangana igihe bamubabaje, maze akirinda kuraka, kubika inzika canke kwihora.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika