ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Rusama rup. 16
  • Nufate ingingo ziranga ubukerebutsi ku vyerekeye inzoga

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nufate ingingo ziranga ubukerebutsi ku vyerekeye inzoga
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ivyo bijanye
  • Bibiliya ivuga iki ku bijanye no kunywa inzoga?
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
  • Nugumane uburimbane mu kuntu ubona ivy’ukunywa inzoga
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2004
  • Nubone inzoga nk’uko Imana izibona
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2023
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Rusama rup. 16

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Nufate ingingo ziranga ubukerebutsi ku vyerekeye inzoga

Ishusho yakuwe mw’ividewo ‘Nuzirikane imbere yo kunywa.’ Inzoka ifise amenyo asongoye iturumbutse mu nzoga umuntu afise mu ntoke.

Abakirisu bose bategerezwa kuba maso ku bijanye n’ibinyobwa biboreza. (Img 23:20, 29-35; 1Kr 6:9, 10) Nimba umukirisu ahisemwo kunywa inzoga, akwiye kwigerera. Ategerezwa kandi kwirinda kwizizirwa n’inzoga be no gutsitaza abandi. (1Kr 10:23, 24; 1Tm 5:23) Birumvikana ko ata n’umwe dukwiye guhatira kunywa inzoga, na canecane abakiri bato.

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO NUZIRIKANE IMBERE YO KUNYWA, MUCE MWISHURA IBIBAZO BIKURIKIRA:

  • Kubera iki abakirisu bose bategerezwa kugamburuka amategeko ajanye no kunywa inzoga?​—Rm 13:1-4

  • Kubera iki tudakwiye kureka abandi ngo baduhatire kunywa inzoga?​—Rm 6:16

  • Twokwirinda gute ibintu biteye akaga biva ku kunywa inzoga?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika