ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Mukakaro rup. 9
  • Gufasha mu maporoje y’ubwubatsi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Gufasha mu maporoje y’ubwubatsi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Ubona wotanga umwanya n’inguvu zawe?
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ubwubatsi bw’Ingoro z’Ubwami—Umuce uhambaye mu murimo mweranda
    Igikorwa dukorera Ubwami—2006
  • Agatima k’ukwitanga karazana imihezagiro
    Igikorwa dukorera Ubwami—2006
  • Nukorane na Yehova buri musi
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Mukakaro rup. 9

UBUZIMA BW’UMUKIRISU | NIWISHINGIRE IMIGAMBI YO MU MWAKA W’UMURIMO UZA

Gufasha mu maporoje y’ubwubatsi

Kwubaka inyubakwa za gitewokarasi ni uburyo bwo gukorera Yehova. (Kv 36:1) Ubona gute wujuje ifomu Gusaba kwitanga mu bwubatsi ku rwego rw’igihugu (DC-50) kugira uze urafasha mu bikorwa vy’ubwubatsi bibera hafi y’iwanyu? Canke ubona woshobora kwuzuza ifomu Ugusaba kuja mu murimo w’abakora bavyishakiye (A-19) kugira ufashe indwi nka zingahe canke amezi mu bikorwa vy’ubwubatsi bibera kure? Si ngombwa ngo ube ufise ubuhanga mu vyo kwubaka kugira witange mu bwubatsi.​—Neh 2:1, 4, 5.

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO NIWINJIRE MU MURYANGO UJA KU GIKORWA BICIYE KU KWIZERA​—NUFASHE MU MAPOROJE Y’UBWUBATSI, MUCE MWISHURA IKI KIBAZO:

  • Ishusho yakuwe mw’ividewo ivuga ngo “Niwinjire mu muryango uja ku gikorwa biciye ku kwizera​—Nufashe mu maporoje y’ubwubatsi.” Sarah ari kw’ishantiye, yambaye inkofero y’abubatsi akaba ariko aramwenyura cane.

    Ni igiki catera amaganya Sarah, kandi yafashijwe n’iki?

Nimba ufise umugambi wo gufasha kwubaka inyubakwa za gitewokarasi, nubaze abakurambere uko wobisaba.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika