ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Nyakanga rup. 15
  • Gushika izuka ribaye

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Gushika izuka ribaye
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Igihe uwawe apfuye
    Ibindi biganiro
  • Ca gitambara c’i Turin coba ari co Yezu yahambwemwo?
    Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
  • Izuka ni inyigisho igira ico ikora kuri wewe
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2005
  • Icizigiro c’izuka kivuze iki kuri wewe?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2005
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Nyakanga rup. 15
Umuvyeyi agumbiriye umukobwa wiwe yazutse mw’Iparadizo.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Gushika izuka ribaye

Igihe uwacu apfuye, icizigiro c’izuka kiraduhumuriza. Naho ari ukwo, igicumuro n’urupfu bimeze nk’igitwikiro kitubuza ihemero twese. (Yes 25:7, 8) Ico ni co gituma “ivyaremwe vyose biguma binihira hamwe kandi bikababarira hamwe.” (Rm 8:22) Twokwihanganira gute umubabaro wo kubura abacu gushika izuka ribaye? Ijambo ry’Imana ririmwo impanuro zodufasha.

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO IGIHE UWAWE APFUYE, MUCE MWISHURA IBIBAZO BIKURIKIRA:

  • Danielle, Masahiro na Yoshimi bagize intuntu ingana iki?

  • Ivyo vyiyumviro ngirakamaro bitanu vyabafashije gute?

  • Ni nde aduhoza mu buryo bwiza kuruta abandi bose?​—2Kr 1:3, 4.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika