ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Munyonyo rup. 14
  • Isengesho ryaratumye Yehova agira ico akoze

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Isengesho ryaratumye Yehova agira ico akoze
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • “Tora umuhungu wawe”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • ‘Yagumye yumiye kuri Yehova’
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
  • Akarorero wokwigana—Hezekiya
    Ibibazo urwaruka rwibaza—Inyishu ngirakamaro, Igitabu ca 2
  • Imana Ifasha Hezekiya
    Igitabu Canje c’Inkuru za Bibiliya
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Munyonyo rup. 14
Umwami Hezekiya ariko aratakambira Yehova ari ku gitanda arwariyeko.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Isengesho ryaratumye Yehova agira ico akoze

Yehova yabwiye Hezekiya ko atokize indwara yiwe (2Bm 20:1; ip-1 394 ing. 23)

Umwizigirwa Hezekiya yaratakambiye Yehova (2Bm 20:2, 3; w17.03 21 ing. 16)

Amasengesho Hezekiya yatuye yaratumye Yehova agira ico akoze (2Bm 20:4-6; g01 22/7 13 ing. 4)

Amasengesho yacu arashobora gutuma Yehova akora ico atari gukora. Iyo nkuru ikuvyuriye gute umutima wo gusengana ubwira?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika