ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • wp23 no. 1 rup. 16
  • Imana idusezeranira kuzobaho tutakirwara mu mutwe

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Imana idusezeranira kuzobaho tutakirwara mu mutwe
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2023
  • Ivyo bijanye
  • Indwara zo mu mutwe zihanze isi yose
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2023
  • Ivyo ukwiye kumenya ku bijanye n’ingorane zo mu mutwe
    Be maso!—2014
  • “Ivya kera ntibizokwibukwa”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
  • Niwizigire Yehova, we “Mana y’uruhoza rwose”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
Ibindi
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2023
wp23 no. 1 rup. 16
Icabona ca Yehova ariko arigisha wa mugore twabona ku gipfukisho.

Imana idusezeranira kuzobaho tutakirwara mu mutwe

Muri Bibiliya, Imana iraduha impanuro zidufasha kuvyifatamwo neza igihe turwaye indwara yo mu mutwe ikongera ikaduhumuriza.

Ariko rero Imana ntigarukiriza aho. Idusezeranira no kuzokuraho burundu ibiduteza ingorane zo mu mutwe.

Imana niyashitsa iryo sezerano, ntituzosubira kugira ivyiyumviro bica intege, ingorane zo mu mutwe canke ngo ‘twibuke ibintu vyose vyatubabaje.’​—Yesaya 65:17.

Ivyabona vya Yehova bazohimbarwa no kugufasha kumenya igihe Imana izoshitsa ivyo bintu bihumuriza be n’ingene izobishitsa.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika