ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w23 Ruheshi rup. 32
  • Ibiganiro bitari ivy’ukwiga dusanga mu Munara w’Inderetsi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibiganiro bitari ivy’ukwiga dusanga mu Munara w’Inderetsi
  • Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2023
  • Ivyo bijanye
  • Ingene wokoresha urubuga jw.org
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2023
  • Integuro nshasha y’ukwiga y’Umunara w’Inderetsi
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2008
  • Ingene Wokwiyigisha
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2023
  • Ibiganiro ngirakamaro ku bw’ubusuku bwacu
    Igikorwa dukorera Ubwami—2013
Ibindi
Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2023
w23 Ruheshi rup. 32

Ibiganiro bitari ivy’ukwiga dusanga mu Munara w’Inderetsi

Abamamaji benshi barakoresha JW Library mu gutegura amakoraniro, kandi barashima ingene yama ica ibereka ikiganiro c’ukwiga kiba kigezweho. Ariko rero, Umunara w’ukwiga akenshi uba urimwo ibindi biganiro bikomeza ukwizera. None ivyo biganiro wobitora gute muri JW Library kugira ngo uvyungukireko?

  • Mu mpera ya buri kiganiro c’ukwiga, haca haza ahavuga ngo “Ibindi wosoma.” Munsi y’aho, nuce ufyonda ahavuga ngo “Ibindi biganiro usangamwo.” Uravye ibirimwo, uca ubona ko ibiganiro vy’ukwiga vyibonekeza neza kuko biriko inomero. Nuce rero ufyonda ku kiganiro kitari ico kwiga wipfuza gusoma.

  • Mu gice kivuga ngo “Ibishasha” dusanga ku ntango ya JW Library, nuze uravoma Umunara w’Inderetsi igihe usohotse. Nuce uwugurura maze urabe ibirimwo kugira ngo ntihagire ikiganiro na kimwe kigucika.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika