ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mrt ikiganiro 108
  • Yezu azokuraho ubukene

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yezu azokuraho ubukene
  • Ibindi biganiro
  • Ivyo bijanye
  • Yezu azokuraho intambara
    Ibindi biganiro
  • Dukurikize akarorero ka Yezu mu kwitwararika abakene
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2006
  • Yezu azokuraho ubukozi bw’ikibi
    Ibindi biganiro
  • Ni nde wokwizigira? Bibiliya ibivugako iki?
    Ibindi biganiro
Ibindi
Ibindi biganiro
mrt ikiganiro 108
Ukuboko kw’umuntu ariko arasega.

panitan/stock.adobe.com

ISEKEZA RYO GUTANGA UBUTUMIRE BW’ICIBUTSO

Yezu azokuraho ubukene

Igihe Yezu yari kw’isi yarerekanye ko yakunda cane abantu, canecane abakene n’abari mu ngorane. (Matayo 9:36) Yaranatanze ubuzima bwiwe ku bw’ineza y’abandi. (Matayo 20:28; Yohani 15:13) Kubera ko ari Umwami w’Ubwami bw’Imana, vuba azosubira kwerekana ko akunda abantu mu gukuraho ubukene kw’isi yose akoresheje ubukuru n’ububasha afise.

Bibiliya yarakoresheje amajambo meza mu kudondora ivyo Yezu azokora. Ivuga iti:

  • «Naburanire abantu batobato, akize abana b’abakene.»​—Zaburi 72:4.

Twokwerekana gute ko dukenguruka ibintu vyose Yezu yakoze be n’ivyo azodukorera? Mu majambo ari muri Luka 22:19, Yezu yasavye abigishwa biwe kwibuka urupfu rwiwe. Ni co gituma buri mwaka, Ivyabona vya Yehova bahurira hamwe kugira bibuke urupfu rwiwe. Turagutumiye uzoze kwifatanya natwe mu birori vyo kwibuka urupfu rwa Yezu ku wa mungu, itariki 24 Ntwarante 2024.

Raba Icibutso

Turagutumiye kandi kuzokwitaba insiguro idasanzwe ishingiye kuri Bibiliya ifise umutwe uvuga ngo «Urupfu ruratsindwa biciye kw’izuka.» Iyo nsiguro izoshikirizwa indwi imwe canke zibiri imbere y’Icibutso. Uwuzoshikiriza iyo nsiguro azovuga ingene izuka rigufitiye akamaro wewe hamwe n’abawe.

Raba insiguro idasanzwe

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika