Itanguriro 37:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Benewabo bamwishura bati: «Ushatse kuvuga ko ugiye kwigira umwami wo kutuganza+?» Baba baronse iyindi mvo yo kumwanka kubera indoto ziwe n’ivyo yari yavuze.
8 Benewabo bamwishura bati: «Ushatse kuvuga ko ugiye kwigira umwami wo kutuganza+?» Baba baronse iyindi mvo yo kumwanka kubera indoto ziwe n’ivyo yari yavuze.