Itanguriro 38:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Haciye igihe, umugore wa Yuda ari we mukobwa wa Shuwa+ arapfa. Ikigandaro giheze, Yuda aca aja i Timuna+ kuraba abamwa ubwoya intama ziwe, agenda ajanye n’umugenzi wiwe Hira Umunyadulamu+.
12 Haciye igihe, umugore wa Yuda ari we mukobwa wa Shuwa+ arapfa. Ikigandaro giheze, Yuda aca aja i Timuna+ kuraba abamwa ubwoya intama ziwe, agenda ajanye n’umugenzi wiwe Hira Umunyadulamu+.