Itanguriro 47:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Amwishura ati: «Mfise imyaka 130, kandi ndayimaze nza ndimuka mva aha nja hariya*. Iyo myaka ni mikeyi kandi yabayemwo ingorane nyinshi+. Nta ho ihuriye n’iyo ba sokuruza bamaze+, kandi na bo nyene babayeho baza barimuka.»
9 Amwishura ati: «Mfise imyaka 130, kandi ndayimaze nza ndimuka mva aha nja hariya*. Iyo myaka ni mikeyi kandi yabayemwo ingorane nyinshi+. Nta ho ihuriye n’iyo ba sokuruza bamaze+, kandi na bo nyene babayeho baza barimuka.»