Itanguriro 48:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Kuri uwo musi, abandanya kubahezagira+ ati: «Abisirayeli nibakoreshe izina ryawe mu kwipfurizanya umuhezagiro, bavuge bati:“Imana iraguhezagira nka Efurayimu na Manase.”» Aguma ashira Efurayimu imbere ya Manase.
20 Kuri uwo musi, abandanya kubahezagira+ ati: «Abisirayeli nibakoreshe izina ryawe mu kwipfurizanya umuhezagiro, bavuge bati:“Imana iraguhezagira nka Efurayimu na Manase.”» Aguma ashira Efurayimu imbere ya Manase.