Itanguriro 49:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ese umutima wanje utokwifatanya n’akagwi kabo! Ese umuzirikanyi wanje* utokwigera uja mw’ikoraniro ryabo, kuko ishavu ryabo ryatumye bica abantu+, bakavunagura amaguru* y’impfizi z’abandi kugira bimare ishavu gusa.
6 Ese umutima wanje utokwifatanya n’akagwi kabo! Ese umuzirikanyi wanje* utokwigera uja mw’ikoraniro ryabo, kuko ishavu ryabo ryatumye bica abantu+, bakavunagura amaguru* y’impfizi z’abandi kugira bimare ishavu gusa.