-
Itanguriro 49:15Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
15 Azobona ko ahantu aruhukira ari heza be n’uko igihugu giteye igomwe. Azotega ibitugu kugira yiremeke imizigo, kandi azokwemera gukora ibikorwa vy’agahato.
-