Itanguriro 49:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Inyuma y’ivyo abategeka ati: «Ehe ngira mpamvye ab’iwacu*+. Muze mumpambe hamwe na ba dawe, mw’isenga ry’ibuye riri mw’itongo rya Efuroni Umuheti+.
29 Inyuma y’ivyo abategeka ati: «Ehe ngira mpamvye ab’iwacu*+. Muze mumpambe hamwe na ba dawe, mw’isenga ry’ibuye riri mw’itongo rya Efuroni Umuheti+.