Itanguriro 12:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Aburamu aca aragenda nk’uko Yehova yari yamubwiye, na Loti ajana na we. Aburamu yari afise imyaka 75 igihe yava i Harani+. Itanguriro Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:4 Umunara w’Inderetsi,1/9/2001, rup. 9
4 Aburamu aca aragenda nk’uko Yehova yari yamubwiye, na Loti ajana na we. Aburamu yari afise imyaka 75 igihe yava i Harani+.