Itanguriro 16:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Maze Sarayi abwira Aburamu ati: «Ariko amfata nabi kubera wewe. Ni je naguhaye umusukukazi wanje*, mugabo amaze kumenya ko yibungenze yaciye atangura kunsuzugura. Yehova aducire urubanza twe na wewe.»
5 Maze Sarayi abwira Aburamu ati: «Ariko amfata nabi kubera wewe. Ni je naguhaye umusukukazi wanje*, mugabo amaze kumenya ko yibungenze yaciye atangura kunsuzugura. Yehova aducire urubanza twe na wewe.»