Itanguriro 16:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Uwo mumarayika wa Yehova abandanya ati: «Nzogwiza cane uruvyaro* rwawe ku buryo ata woshobora kuruharura+.»
10 Uwo mumarayika wa Yehova abandanya ati: «Nzogwiza cane uruvyaro* rwawe ku buryo ata woshobora kuruharura+.»