Itanguriro 16:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Umumarayika wa Yehova yongerako ati: «Raba uribungenze kandi uzovyara umuhungu. Uze umwite Ishimayeli* kuko Yehova yumvise amarira yawe.
11 Umumarayika wa Yehova yongerako ati: «Raba uribungenze kandi uzovyara umuhungu. Uze umwite Ishimayeli* kuko Yehova yumvise amarira yawe.