Itanguriro 21:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Aburahamu araheza avyuka kare mu gitondo, afata umukate n’umukuza w’urushato urimwo amazi, abishira ku bitugu vya Hagari, aca amurungikana n’umuhungu wiwe+. Nuko aragenda, aguma azunguruka mu bugaragwa bw’i Beri-Sheba+.
14 Aburahamu araheza avyuka kare mu gitondo, afata umukate n’umukuza w’urushato urimwo amazi, abishira ku bitugu vya Hagari, aca amurungikana n’umuhungu wiwe+. Nuko aragenda, aguma azunguruka mu bugaragwa bw’i Beri-Sheba+.