Itanguriro 21:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Ubu rero ndahira imbere y’Imana ko utazoduhemukira twe n’uruvyaro rwanje n’abazorukomokako. Ndahira ko uzongirira ubuntu* nk’ubwo nakugiriye+, ukabugirira n’ababa muri iki gihugu ubayemwo.»
23 Ubu rero ndahira imbere y’Imana ko utazoduhemukira twe n’uruvyaro rwanje n’abazorukomokako. Ndahira ko uzongirira ubuntu* nk’ubwo nakugiriye+, ukabugirira n’ababa muri iki gihugu ubayemwo.»