Itanguriro 22:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Aburahamu aca yita aho hantu Yehova-Yire*. Ni co gituma n’ubu abantu bavuga ngo: «Yehova aratanga ibikenewe ku musozi wiwe+.»
14 Aburahamu aca yita aho hantu Yehova-Yire*. Ni co gituma n’ubu abantu bavuga ngo: «Yehova aratanga ibikenewe ku musozi wiwe+.»