Itanguriro 24:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Nuko uwo mugabo yinjira mu nzu. Hanyuma atangura* kwambura imigozi ingamiya, aziha ivyatsi n’ivyo kurya vy’ibitungwa, aca azana n’amazi yo kwoza ibirenge uwo mugabo n’abo bari kumwe.
32 Nuko uwo mugabo yinjira mu nzu. Hanyuma atangura* kwambura imigozi ingamiya, aziha ivyatsi n’ivyo kurya vy’ibitungwa, aca azana n’amazi yo kwoza ibirenge uwo mugabo n’abo bari kumwe.